JEAN MARIE MUCO AHEJEJE GUSHIRAHABONA AMASANAMU ABEREYIZISHO YINDIRIMBO IBITANGAZA umuririmvyi Jean Marie Mucoabandanya kugaragarako arumuririmvyi akomeye cane murinomisi aho ahejeje gushirahabona amasanamu akozwe neza cane aho arikuncuro yiwe igize2 ashirahabona amasanamu Jean Marie Muco inyuma yugukorana Indirimbo na Mkombozi yaciye yamamara hirya nohino ahowagenda hose wumva nabana bavuga JEAN MARIEMUCO mbere benshi bakama bipfuza kumubona mundirimbo za video ubu noneho muzoguma mumubona narirya video ziwe zibereye izisho iyi […]