Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Vuba SAT-B azokwibatiza izina rishasha azitwa MARECHAL KING SAT-B

Posted on February 21, 2018February 21, 2018 by admin

Umuririmvyi SAT-B kuva mpumera z’umwaka w’2017 niho yasohora Audio na Video vy’indirimbo yise FEEL LOVE kuvaho ayisohoreye yarakunzwe cane gose n’abantu bayirabira kuri YOU TUBE ikiba ikomejwe kurabwa cane iramaze gushikana ibiharuro 210.049 vy’abantu bamaze kuyirabira ikaba ari imbonekarimwe biboneka m’umuziki w’uburundi bikoze umuririmvyi w’umurundi ataramara imyaka myinshi atanguye gukora uwo mwuga.

Hashobora gusohoka Video y’umuririmvyi w’umurundi akayishira kuri YOU TUBE ikamarako amezi abiri igashobora gushikana ivyo biharuro kugeza ubu niwe umuririmvyi w’umurundi amaze kubishikana nkuko abimenyesha aba fans biwe ati:“ mwibuke ko dukwije 210.049 Views Kuri YouTube ntimuze murindire umunsi twatashe kwa Data ngo mubone amateka yacu twakoze kw’isi muvuge ko twari beza ngo kubera ko tuzoba twarigiriye kuko uko biri kwose turi abahita“
SAT-B akomeje kwerekana ishaka rikomeye mubikorwa vyiwe vy’umuziki w’uburundi inyuma yaho asohoreye Video y’indirimbo FEEL LOVE igakora neza mu kurabwa kubwinshi n’abantu benshi n’uko ubu akaba abamenyesha mwese aba fans biwe ko vuba hariho izina ryiwe rishasha mugomba kuzomuhamagara.
 
Kuko niryo azokwibatiza muminsi yavuba mu kuberekako igikorwa yakoze ciyo ndirimbo yiwe ko atowoza amusumba ubuhinga ninaco gituma yabonyeko mutoguma mumwita amazina abiri musanzwe mwaramenyereye kumuhamagara ariyo KING SAT-B ngo mwitegure vuba afise irindi rishasha rizoba ari irigira gatatu.
 Muncamake izina rishasha ry’umuririmvyi Sat-B yamaze gushima ko yo kongerako kandi atahora ahamagarwa n’abafana biwe  yashimyeko azokwiyita irya MARECHAL nkuko abibashikiriza mu kubabwira ati:” Vuba ndashira ko izina ” MARECHAL ” kuri KING SAT-B rice riba MARECHAL KING SAT-B “
 
Ngo Sat-B  vuba rero  agiye kuzorishira ko  ntaho atashoboye kuvuga igihe azoba yarishize ko mu gatangura kurimuhamagara mbega nk’umufana w’umuririmvyi SAT-B wakiriye gute iri izina ryiwe rishasha azokwita rya MARECHAL yakumenyesheje ko agomba aryongereko kuyo yarasanzwe afise muhora mumwita KING SAT-B ?

Posted in NEWSTagged SAT-B

Post navigation

Bwabundi SAT-B atinya BIG FIZZO ahanaguye ya POST amucira urubanza
Ibi nivyo bitutsi LOLILO abwira abamubeshera ko yahukanye na LOLIANE

Related Post

  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE
  • Imana ikomeje guhamagara AKES DON ayikorere arekane n’indirimbo z’isi
  • Umuziki ugumye umuteza imbere KID MAGIC azonsinyishwa na SADEBU
  • Concert yakataraboneka
    CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON
  • SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi
  • Ati SAT-B yahageze mu Burundi avuye kubaroga mugihugu ca Tanzania
  • Afise umunezro mwinshi PETI DANY yaronse MANAGER wumu MAMAN
  • KIRIKOU ngo BIG FIZZO azomfasha vyinshi muri LABEL BANTU BWOY
  • Babwira NATACHA akureko ukuboko birabire ibintu yamaze guta akaranga

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live