Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Vuba SAT-B ararekura ikintu kimukora k’umutima kandi kizokuryohera

Posted on January 28, 2018January 28, 2018 by admin
Umuririmvyi SAT-B akora umuziki w’uburundi bigashima n’abantu benshi bawukunda kuvaho umwaka uheze w’2017 yashoboye gusohora Audio na Video bishasha vy’indirimbo nyene nshasha yise FEEL LOVE igaheza ikakirwa neza ndetse naba fans biwe bakayiryohererwa.
 
Ukuntu yayikoze neza haba mumasanamu cangwe mumajambo yaririmvyemwo y’urukundo yabaryoheye uravye nuno mwaka ibandanya gukundwa nabaguma bayiraba ikabariyo video twovugako igezweho m’umuziki rero umuririmvyi SAT-B yaramaze kuno kwezi kwambare gutangura uy’umwaka ari mugacerere atarashobora kugira ico ashikirije aba fans biwe.
 Nimba yoba ari mumyiteguro yokubaha igikorwa gishasha cugurura umwaka w’2018 nkuko yahora abigenza nomuyindi imyaka iheze aho turavuga indirimbo nshasha mu kubandanya abaryohera n’uko amakuru twageraje kubaronderera abari bamaze iminsi bibaza igituma atabaha indirimbo nshasha kuko bamunyotewe kandi kumwumva mundirimbo.
 
No kumubona muri video nkuko yabikoze muri Audio na Video vy’indirimbo Feel Love twahavuye tuyabaronkera aho umuririmvyi SAT-B ubwiwe yashoboye kuva mugacerere kadasanzwe ababwira ngo vuba agiye kuzorekura ikindi ikintu gishasha kizobaryohera akavugako ari indirimbo yiwe nshasha yambere asohoye uno mwaka turimwo.
Arongera kandi akabamenyesha aba fans biwe ko vuba bwabungingo ariho azoshobora kuyisohora akavugako ari indirimbo imukorako izoba ari inkuru y’ukuri azoririmba kuko izomukora k’umutima nkuko muvyumvise ukaba uri umu fans w’umuririmvyi SAT-B
Yamaze kukumenyesha y’uko vuba arasohora indirimbo yiwe nshasha kandi izokuryohera kumviriza ishobora nawe kuzogukorako k’umutima nkuko mwavyumvise neza kwariyo ndirimbo nawe izomukorako.

Posted in ENTERTAINMENTTagged SAT-B

Post navigation

LISTEN AUDIO | African Beauty By BNB30
WATCH VIDEO | Konzi By Big Fizzo

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live