Umuririmvyi Jean Marie Muco w’indirimbo mpimbaza Imana murinomisi asigaye akora indirimbo zigahurumbirwa nisinzi ryabantu kubwuko azikora neza cane akanazikora kubuhinga bugezweho.
Inyuma yugukora indirimbo Ba yaweh Remix yanashoboye kuba iyambere muri play list music week3 ubunaho Imana yamuteye iteka aratumirwa kuri Television yomugihugu ca zambia narirya arihasanzwe atuye iyo Television ikab yitwa QTV ZAMBIA
Akaba yariko aravuga ibikorwa vyiwe vyumwuga wuburirimvyi
Jean Marie Muco numurundi yavukiye kumusozi Buheka zone kazirabageni Commune nyanza lac muntara ya Makamba murinomisi akaba ahaye aduza ibendera ryuburundi muri zambia abicishije mundirimbo
Mukunzi wumuziki ndundi umuririmvyi wacu ahaye aduza ibendera yu Burundi muri zambia umwipfurije iki???
Fyonda kuri j.aime hamwe na partager kugurango ayamakuru abonwe na benshi
Imana Imuje imbere mubikorwa vyose akora