Igihangange c’umuziki w’uburundi no mukarere ka africa y’ubuseruko umuririmvyi KIDUM KIBIDO bakunze gutazira KIBUGANIZO aranegura cane gose indirimbo z’abaririmvyi b’abarundi bahora hasohora ntahotashimye kudomako urutoke aravuga ko ataho bariko baraja mugutera imbere biyita abaririmvyi b’ukuri mugihe bakigenda muri Studio gusohora indirimbo.
Hama bagaheza bakabashirirako amajwi avuga ubwonyene ico yise AUTO TUNE nkuko yabishikirije kurubuga akoresha arabwira ngo nimba basohora indirimbo zimezuko mugihe amajwi yabo bashimako bayabagirira Auto Tune bamenyeko ari iminswi yigikoresha ca Ordinateur kuko ngo ntibashobora kwiyitako ari abaririmvyi b’ukuri ahubwo umuririmvyi wese agisohora indirimbo akoresheje ubwo buryo yamwise umuswi wa ordinateure.
Nibiyigishe kuririmba neza babe ab’ukuri twobamenyeshako umuririmvyi Kidum Kibido ntiyagarukirije ngaho mukubarira abaririmvyi b’abarundi abita iminsi imiswi ya ordinateur kubera bagikoresha gushika ubu amajwi ya Auto tune bagiye muri studio gusohora indirimbo ahubwo ngo nibamurabireko akarorero ingene aririmba indirimbo zifise amajwi atari ya Auto tune aho yahavuye yiyita kwari umuswi w’inkoko w’ukuri.
Yanyoye imvuzo aca akira ingwara yikirimi kandi ngo amajwi yiwe aca muvyuma aho vyananiranye imiryango ikuguruka ikindi yabamenyesheje mukubabwira baze iwiwe abigishe kuririmba kuko niwe umwarimu yigisha neza kuririmba yarangije ababwira bahitemwo kuba umuswi wa ordinateur canke umuswi w’inkoko y’ukuri ya sekaganda ubwo nibwo butumwa yabahaye.
Ngo bagendereko nk’impanuro hari kw’igenekerezo rya 10/01/2018 niho yashira k’umugaragaro ubwobutumwa kurubuga rwiwe ababwira abaririmvyi b’abarundi bagisohora indirimbo kuri auto tune bakaca biyita kwari abaririmvyi b’ukuri kandi ngo atari b’ukuri aho yabagereranije nk’iminswi ya Ordinateur.