Munywanyi w’umuziki w’uburundi umaze iminsi iraba Video zasohohewe abaririmmvyi cangwe abaririmvyikazi warabonyemwo ubuhinga bwabo bakoresheje ,twokumbwira y’uko umwanya wawe wagezen ushobore kumuha amahirwe uyitore Video yiwe yakuryoheye mukuraba amasanamu yayo.
Twabazaniye urutonde rwa Video 10 baheruka gusohora abaririmvyi n’abaririmvyikazi bazikoze vuba kandi umaze iminsi uyiraba ikakuryohera rabamwo iyiwe y’uko iri k’urutonde uyitore hama yironkere amajwi menshi mu kuronka amahirwe izobe BEST VIDEO OF THE MONTH JANUARY 2018 ifashe ikibanza cambere mukurusha izindi zose mubona ngaha k’urutonde twabahaye
Kugira ironke amahirwe ifate ikibanza cambere izobe BEST VIDEO OF THE MONTH JANUARY 2018 uraza kwandika igiharuro ca Video utoye muri COMMENTAIRE uzakuba uhejeje gutora gerageza urabe neza muri izi Video 10 twaguhaye k’urutonde ni wabonamwo iyo ushaka guha amahirwe mugutora uyandike ico giharuro.
Tangura gutora hariho iyitwa :-
1.La number By A.Flo Slim
2. Reka Ngukunde By R Kenny
3. Urabaruta By Akes Don
4. My Boo Boo By Rally Jeo
5. Vunja Goti By Magic Soldier Kingorongoro Ft Kolly The Magic
6. Killing Me By Swagg Team+257 Ft Big Fizzo
7. Ubuziraherero By Miss Erica
8. Feel Love By Sat-B
9. Bad Mind By Iry Tina
10. Nzokudigadiga By Lizzo Lolilo
Swag Team Killing Me Is The Best
2
2
2
2