Munywanyi w’umuziki w’uburundi umaze iminsi uraba Video zasohohewe abaririmmvyi cangwe abaririmvyikazi warabonyemwo ubuhinga bwabo bakoresheje ,twokumbwira y’uko umwanya wawe wagezen ushobore kumuha amahirwe uyitore Video yiwe yakuryoheye mukuraba amasanamu yayo.
Twabazaniye urutonde rwa Video 5 baheruka gusohora abaririmvyi n’abaririmvyikazi bazikoze vuba kandi umaze iminsi uyiraba ikakuryohera rabamwo iyiwe y’uko iri k’urutonde uyitore hama yironkere amajwi menshi mu kuronka amahirwe izobe BEST VIDEO OF THE MONTH FEBRAURY 2018 ifashe ikibanza cambere mukurusha izindi zose mubona ngaha k’urutonde twabahaye.Kugira ironke amahirwe ifate ikibanza cambere izobe BEST VIDEO OF THE MONTH JANUARY 2018 uraza kwandika igiharuro ca Video utoye muri COMMENTAIRE uzakuba uhejeje gutora gerageza urabe neza muri izi Video 5 twaguhaye k’urutonde ni wabonamwo iyo ushaka guha amahirwe mugutora uyandike ico giharuro.
1. Konzi By Big Fizzo
2. Turn Up By Lacia Badgyal
3. Sumu-Superstar By Gn LFLS 205
4. Hello By Best Life Music
5. Twanga Na Kupepeta By T-Max
1
hello is number one forever
big up best life music
sumu superstar by gn lfls