Muri THE PLAYLIST MUSIC week yuno mwaka w’2018 aho twabazaniye Urutonde rw’indirimbo 9 z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi kandi zigezweho mumaze iminsi wumviriza nkuko tubabaha umwanya wo gutora indirimbo 1 mwiyumvamwo mukunda cane.
Iyo muyumvirije ibaryoherwa k’umutima kuko muyitoye muzotuma muha amahirwe adasanzwe uwayiririmvye urashobora no kuzoba BEST ARTIST OF THE MONTH FEBRUARY 2018 mugihe indirimbo yiwe ifashe ikibanza cambere nk’icuro zibiri zirenga nko muri The playlist Music Week 2 tugiye kuzobashikiriza hanyuma.
Muhejeje kuyitora mubamuyihe amahirwe yokwinjira mundirimbo 5 zambere mwatoye k’umugaragaro zivuye mundirimbo 10 twatwashikirije.
Ukuntu mutora murandika igiharuro c’indirimbo mushoboye gutora muri COMMENTAIRES tukumenyeshe mu fans w’umuririmvyi canke umuririmvyikazi ubonamwo ngaha indirimbo yiwe ugomba kuyitora.
Uy’umwanya nirwawe tangura gutora indirimbo 1 yonyene ukunda caane ikuryohera uyumvirije muriz’indirimbo 10 mubona twaguhaye k’urutonde uheze uyihe amahirwe izo kwinjire muri THE PLAYLIST MUSIC week 1
Munywanyi ukunda umuziki w’uburundi ntutangwe urashobora gutora andika muri commentaire igiharuco c’indirimbo ubonako ukunda cane.
Hama tuzoheza tubashikirije incegeranyo ingene mwagiye muratora hakazoca hamenyakana indirimbo 5 zinjiye muri THE PLAYLIST MUSIC Bdi Week 1 hamwe niyasumbije izindi mukuza mukibanza cambere.
Tora indirimbo ukunda 1 murizi 9 ziri k’urutonde hariho iyitwa:-
1.Rurasosa By B-Bright Acapella
2.Komoja By Lizzo Lolilo
This content will be available only for non-logged visitors
3.Urukundo rumwe By Kay Jay Ft Double Jay
4.Hola By Dorif Ft Pamy Queen
5.Tuna wa Domine By Bizzo uwezo Ft B- BRIGHT
6.African Beauty By BNB30
7. Sinkitinya By Channy Queen
8.Amadu By Bily Masi
9.Ba Yaweh By Jean Marie Muco Ft Kwizera Elijah
10.Magic Soldier By Magic Kingorongoro Ft Esther Nish