Muri THE PLAYLIST MUSIC Bdi week 3 twabazaniye Urutonde rw’indirimbo z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi kandi zigezweho umaze iminsi wumviriza bafana wabo muhora nkuko muronka akanya ko gutora indirimbo 1 wiyumvamwo cane iyo muyumvirije mukaryoherwa n’umutima.
Muhejeje kuyotora muba muyihe amahirwe ikinjira mundirimbo 5 zambere mwatoye k’umugaragaro zivuye mundirimbo 10 tubatwashikirije , mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTAIRES .
Tubamenyesheje ko uy’umwanya ni rwawe kandi ushobora gutangura gutora indirimbo 1 yonyene ukunda muriz’indirimbo 10 mubona twaguhaye k’urutonde uheze uyihe amahirwe izokwinjire kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi week 3.
Munywanyi ukunda umuziki w’uburundi ntutangwe ubunyene urashobora gutora andika muri commentaire igiharuco c’indirimbo ubonako ukunda cane hama tuzoheza tubashikirije incegeranyo ingene mwagiye muratora hakazomenyakana indirimbo 5 zinjiye muri THE PLAYLIST MUSIC Bdi Week 3 hamwe niyasumbije izindi mukuza mukibanza cambere.
Tora indirimbo ukunda 1 murizi 10 ziri k’urutonde hariho iyitwa:
1. Ingoma By B-Face Ft Nkand’abantu
2. Imbere n’inyuma By Redemption Voice
3. Nalewe By Emery Sun
4. Killing Me By Swagg Team+257 Ft Big Fizzo
5. Mkali Na Nusu By Magic Soldier Kingorongoro
6. Nzokudigadiga By Lizzo Lolilo
7. Ntusige By Gn LFLS
8. Feel Love By Sat-B
9. Babongere By Frank Duniano ,Double Jay ,Mshindi Prince , Big Zoe
1o. Chritsmas By Chris and Junior
MPISEMWO IYO YICENDA KUKO JEWE IRAMVUNA IMISOKORO
8.Feel Love Sat B ndayihaye amahigwe menshi cane