Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

TORA:-Big FIZZO canke LOLILO LIZZO ninde yoba“THE BEST ARTIST BDI OF THE YEAR 2017“?

Posted on December 20, 2017December 20, 2017 by admin

Abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi bamaze imisi  batora abaririmvyi basanzwe bafana bashobore kwironkera amahirwe yo kuzoja mugice canyuma (FINAL) c’ihiganwa ryo gutora umuririmvyi yigejenje neza mugukora cane umuziki kurusha abandi bose muruno mwaka w’2017 aho uwuntsindiye icokibanza caba THE “BEST ARTIST OF THE YEAR 2017“

Aho abaririmvyi 5 bari bamaze iminsi batorwa n’abafana babo kugira barabeko boronka amahirwe yokuzoja muri cogice canyuma kuko hajayo abaririmvyi babiri batarenga babiri hama bagaheza bagahiganira ikibanza cambere bitorewe namwe nyene abanywanyi mukunda umuziki w’uburundi twobamenyeshako bamaze kumenyekana abagomba guhiganira ikibanza cambere ca The Best Artist Of The Year 2017.
                                                                                                  BIG FIZZO
 Ni babiri baronse amajwi menshi bahawe bahawe amahirwe nabafana babo yo kuja muri Final nkuko batoye nabafana babo, s’abandi ni umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi LIZZO LOLILO nibo muruno mwanya mwoshobora gutangura gutora hakazoshobora kumenyekana uwantsinze uwundi mu kwiganzira ikibanza cambere kuko azoba yarakoze ibikora yvyinshi bibashimisha umwaka wose w’2017 nko gusohora indirimbo ,gukora ibiteramo canke ampa Video.
 
Atawundi yigeze amwegere rero ukaba uri umufana wumwe murabo abaririmvyi babiri aribo Big Fizzo na Lizzo Lolilo ushobora gutora umwe ubunyene ntiwibagireko mukumutora wandika igiharuco kiri inyuma y’izina ryiwe uzakuba uhejeje kumuha amahirwe yo kuzoba THE BEST ARTIST OF THE YEAR 2017 niwe azoba yahariwe umwaka wose w’2017 biciye k’umugaragaro yitoremwe namwenyene abanywanyi mukunda umuziki w’uburundi.
    LIZZO LOLILO
Turavuga mutore hagati y’umuririmvyi BIG FIZZO  canke LIZZO LOLILO nibo bashoboye kuronka amajwi menshi mugice ca kabiri gishira icanyuma onse uburenganzira bwokuja mugice canyuma ( FINAL ) mbega ninde mubonako yoba“ BEST ARTIST BDI OF THE YEAR 2017 ? uravye ingene bagiye baraokora umuziki w’uburundi uy’umwaka wose tugomba guheza hasigaye indwi zibiri uhere.
 
Turangize tukemenyesha ko ushobora gutangura gutora andika izina ryiwe muri commentaire ,nimba ari 1. Big Fizzo  canke 2. LIZZO LOLILO muntumbero yokuzoshobora kumenya uwantsindiye ico kibanza muruk’ukwezi turimwo azomenyekana hagati yabo abaririmvyikazi babiri bari kwisonga mumajwi mwabahaye mugice ca kabiri gishira icanyuma.

Posted in NEWSTagged BIG FIZZO, LIZZO LOLILO

Post navigation

Umurwi w’abaririmvyi AMASHIGA TEAM bavuye mugacerere n’igikorwa gishasha
Ashimira abafana biwe “RALLY JEO“ abemereye Audio na Video bishasha vuba biheza umw’2017 bigatangura nuw’2018

Related Post

  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE
  • Imana ikomeje guhamagara AKES DON ayikorere arekane n’indirimbo z’isi
  • Umuziki ugumye umuteza imbere KID MAGIC azonsinyishwa na SADEBU
  • Concert yakataraboneka
    CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON
  • SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi
  • Ati SAT-B yahageze mu Burundi avuye kubaroga mugihugu ca Tanzania
  • Afise umunezro mwinshi PETI DANY yaronse MANAGER wumu MAMAN
  • KIRIKOU ngo BIG FIZZO azomfasha vyinshi muri LABEL BANTU BWOY
  • Babwira NATACHA akureko ukuboko birabire ibintu yamaze guta akaranga

3 thoughts on “TORA:-Big FIZZO canke LOLILO LIZZO ninde yoba“THE BEST ARTIST BDI OF THE YEAR 2017“?”

  1. Nzeyimana Alexis says:
    December 20, 2017 at 8:45 am

    Big Fizzo

    Reply
  2. Breezy Van Kuzeny says:
    December 21, 2017 at 12:17 am

    Lizzo Lolilo

    Reply
  3. Richard says:
    December 28, 2017 at 10:27 am

    1.big fizzo

    Reply

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live