Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

THE PLAYLIST MUSIC BDI week2:-Nzokudigadiga By Lizzo Lolilo isubiye kub’iyambere

Posted on December 18, 2017December 27, 2017 by admin

Ikinyamakuru UMUDUNDO WACU twaritumaze iminsi turiko turagerageza kugurura iradiyo yacu nshasha tuzohora ducishako ico kiganiro aho indirimbo zizoba zaronse amahirwe yo kwinjira muri The Playlist Music Bdi tuzoca tuzivuza buri umunsi gushika indwi yose ihere n’uko iradiyo twamaze kuyugurura ukuri kwamye irakora yitwa RADIO UMUDUNDO WACU

Umuririmvyi LIZZO LOLILO aguma aragaragara neza kwariko arakora bikomeye ukwashoboye kugira ibikorwa vyiwe vy’umuziki akora bibandanye gutera imbere ntacika intege akomeza urugamba ashoboye kwigarurira ikibanza cambere mu kurusha abandi abaririmvyi n’abaririmvyikazi bariko barahiganwa mukiganiro kidasanzwe kandi kitarico gufyina kuko kizanye impinduka muvy’umuziki w’uburundi twise THE PLAYLIST MUSIC BDI.

LIZZO LILOLO arikumwe n’umuhinyanyuzi PENIEL PRO ariwe yahinyanyuye indirimbo NZOKUDIGADIGA

Hari kw’igenekerezo rya 29/11/2017 kuri Facebook Umudundo Wacu twashiraho urutonde rw’indirimbo 10 zitandukanye zigaheza zigatorwa namwe abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi bwacu aho mwandika igiharuco cayo muri COMMENTAIRE zigaheza zikaronka amahirwe muri The Playlist Music Bdi week 2.

Dukurikije ingene bazihaye amajwi twobabwira y’uko hamaze kumenyekana indirimbo 5 zatowe cane muga iyafashe ikibanza cambere ni indirimbo NZOKUDIGADIGA y’umuririmvyi Lizzo Lolilo kurusha izindi zose yatowe cane barayishimye abagiye barayitora.

Indirimbo NZOKUDIGADIGA ya LIZZO LOLILO ikomeje gufata ikibanza cambere muri The Playlist Music Bdi kuko ribaye irya kabiri iyo ndirimbo yiganziye icokibanza kuko muri The Playlist Week 1 yari yigeze gufata ikibanza cambere nubu ikaba isubiye kwiyongera biraboneka ko ikunzwe cane gose n’abantu benshi yarabashitse k’umutima.

Menya neza indirimbo zashoboye kuronka amahirwe mugutorwa cane zaronse amahirwe yo kwinjira muri  THE PLAYLIST MUSIC BDI week 2 zitorewe n’abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi bwacu.

Twagomba tugireko tubwira abantu mpumaze iminsi mutubaza umurongo ivugirako RADIO UMUDUNDO WACU kugira muyumvirize muri abantu benshi twobamenyesha ko ivugira kuri INTERNET mushobora guca kuri website yacu UMUDUNDO.COM murabona hejuru ahanditse RADIO niho muyfonda kugira muyishikireko muheze muyumvirize.

Ikindi iz’indirimbo 5 mwahaye amahirwe zinjiye muri THE PLAYLIST MUSIC BDI week 2 tugiye kuzozivuza indwi yose ntimuzotangwe kuguma mwumviriza Radio Umudundo Wacu

Posted in ENTERTAINMENTTagged LIZZO LOLILO

Post navigation

LISTEN AUDIO :- Mkali Na Nusu By Magic Soldier Kingorongoro
Nta minsi myinshi isigaye BIG FIZZO abazanire VIDEO nshasha idasa n’izindi

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

1 thought on “THE PLAYLIST MUSIC BDI week2:-Nzokudigadiga By Lizzo Lolilo isubiye kub’iyambere”

  1. Samson Ndabarushimana says:
    December 19, 2017 at 9:48 am

    Umudundo isamiranira kuri kangahe?

    Reply

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live