Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

THE CHERIF PRO ati Video TURN UP By LACIA isumba KONZI By FIZZO

Posted on February 25, 2018February 25, 2018 by admin
Umuhinyanyuzi THE CHERIF PRO akora kenshi Video z’abaririmvyi b’abarundi harimwo n’ibihangange vy’umuziki w’uburundi nka Big Fizzo ubu haraheze iminsi ashoboye gushikiriza iciyumviro ciwe c’ukuntu yabonye Video y’indirimbo KONZI y’umuririmvyi BIG FIZZO akavuga ko yayisanzemwo amakosa avuye k’umuhinyanyuzi yakoze amasanamu yayo aho yagize ngo ayayayaya……video barahushije ivyo yaririmvye sivyo tubona nta script ifise.
 
Ntibamuhaye agaciro Fizzo afise muriyo ndirimbo bavanze ama image nabi bashiramo ama style ya image na color ya Aflo Beat…uwakoz Audio yarayishoboye cane vyarigusabako nuwavideo atanga uburyohe nkubwa audio yayo…j kucombona isumbwa niya Mr Champagne ft Big Fizzo yo isaneza cane de plus.
Ivyo amaze kubishikiriza nabwo vyakiriwe neza nabafana b’umuririmvyi BIG FIZZO baciye batangura kumubarirako ashaka kumenyekana aciye kw’izina ryuwo bafana abandi nabo bakaba batavyumvise kumwe n’umuhinyanyuzi THE CHERIF PRO nkuko yavuze ko Video y’indirimbo KONZI harimwo ibintu vyinshi ibuze kugira ikwize ibisabwa ibe video nyayo ifise ubuhinga bukomeye rero ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM.
 
Tuka twakoze ubushakashatsi bukomeye cane mugusubira kubona ikindi iciyumviro ca THE CHERIF PRO inyuma yaho umuririmvyikazi LACIA BADGYAL ni mushasha m’umuziki w’uburundi umuravye ukuntu aje biraboneka ko ashaka iterambere m’umuziki wiwe niho aheruka gusohora Video yiwe nshasha y’indirimbo yise TURN UP hari kw’igenekerezo rya 06/02/2018 kandi  ntiyatanzwe gusubira gushikiriza iciyumviro ciwe cuko yayibonye.
BIG FIZZO hamwe na THE CHERIF PRO aho n’igihe bariko bakora amasanamu ya Video WHAT’S MY NAME By Big Fizzo
Akaba yashikirije ko iyo Video y’umuririmvyikazi LACIA BADGYAL niyo nziza cane ifise ivyangobwa vyose batasondetse kandi nta makosa irimwo yagize ngo Yeeeeeeeessss Lacia!!!!bravoooo U made it kabisa!!!iyi video narindayirindiranye igishika narimfise namakenga meshi yukuntu bazoyikora ariko am so happy for it isa neza watinze neza producteur yapanze ama image neza yaraguhaye agaciro kabereye its a professional video kabisa…Big up Bangos iyi ni top ariko KONZI ya FIZZO warayisondetse sana.
Ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM tumaze kubona ico ciyumviro c’umuhinyanyuzi THE CHERIF PRO akora ama video n’uko twakoranye ikiganiro uko twayaze yarashoboye gutanga umuco kucatumye ashobore kuvuga ko Video y’indirimbo TURN UP y’umuririmvyikazi LACIA BADGYAL kwariyo nziza itarimwo amakosa kuko umuhinyanyuzi BONGOS yayikoze neza cane gusumba Video y’indirimbo KONZI y’umuririmvyi BIG FIZZO.
Nta vyinshi umuhinyanyuzi THE CHERIF PRO yatwiganiye kuvyerekeye izo Video zibiri ziheruka guhinyanyurwa n’umuhinyanyuzi umwe ariwe BANGOS kandi zasohotse m’ukwezi kumwe kwa kabiri niho yaciye atanga umuco muguhamagarira abarundi bose bamuhinyuze barabe ivyo yavuze ari ukuri yagize ati mwaragize neza gu partaja comantaire ya konzi mbona abandi baratinye kugira icobayivugako.
 
Narakomanse nokurya mukobwa mushasha Lacia irya bayikoze neza cane ni bien isumba konzi cane abantu ubereke konzi nirya turn up barabe difference kuko clip zose zakozwe na maison imwe.
Ivyo akaba yashoboye kuvyiganira ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM nkuko yabivuze murashobora kuraba izo video muheze ngo murabe itandukaniro aho riri kuko ngo ntizakozwe cokimwe kandi ko video y’umuririmvyi LACIA BADGYAL kwariyo atasondotse uwo muhinyanyuzi Bangos ariko y’umuririmvyi Big Fizzo yoyo ngo yarayisondetse.

TANGURA IZI VIDEO  URAHEZE UVUGE ITANDUKANIRO WABONYE HAMA UCURABA Turn Up By Lacia Badgyal ZOSE ZAHINYAYUWE NA Bangos

 

Konzi By Big Fizzo

 

Turn Up By Lacia Badgyal 

 

 

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZO, LACIA BAD GYAL, THE CHERIF PRO

Post navigation

LISTEN AUDIO | Ibiguhwe By Over Do Team
Umviriza THE PLAYLIST MUSIC week 2 | Ba Yaweh By Jean Marie Muco

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live