Abaririmvyi benshi iyo batanguye canke basozereye umwaka barakunda gushira kumugaragaro ibikorwa vyabo bisozera bikanatangura umwaka canke bitangura umwaka. Nkuko bimaze kwigaragaza ubu umuziki Ndundi ugeze aho usa n uwagiyemwo akariro kuko habaye amarushanwa atandukanye aho abaririmvyi benshi bijukiye gukora ibintu vyiza gusumba abandi.Aho novuga na cane cane kuvyerekeye ivyo gutunganya amasanamu. Sat B na Feel love Tugarutse […]