Umuririmvyi BIG FIZZO asanzwe akomaye cane gose mugihugu c’uburundi mu gukora indirimbo ziryohera abarundi benshi nkuko abivuga ko amaze imyaka 15 akora umuziki w’uburundi ngo yatanguye kwanza kwimenyekanisha mu ntara zose z’uburundi kugira abantu baho bamumenye uwariwe mu gukora indirimbo zikabarwa neza abazumviriza niyo ntango yiwe yo gutangura kumenyekana kw’izina ryiwe nka BIG FIZZO. Big […]