Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

STADE PRINCE LOUIS RWAGASORE NTIKIRI IKIBAZO

Posted on January 9, 2018January 9, 2018 by Igor Demon

Ikibuga mpuzamakungu Prince Louis RWAGASORE ntikiri ingorane,ibi vyavuzwe numwe mubarongoye ishirahamwe ry’umupira mu Burundi.

Nkuko vyari bimaze iminsi bivugwa n’abarorerezi bumupira w’amaguru,abamenyereza eka n’abakinyi ko ico kibuga kitababanira neza na cane cane iyo imvura iguye,ngo nibatekane kuko Ubushikiranganji bw’inkino bufatikanije na FFB ko ngo boba bagiye kugisubiramo vuba bidatevye.

Aho bazibanda canecane kukibuga terrain canke ”Perouse syntetique mukinofunofu!
Mukiganiro yagiranye n’umumenyesha makuru w’UMUDUNDO WACU ,Yussuf MOSSI ajejwe ibikogwa muri FFB yagize ati guhera muntango z’ukwezi kwa Ndamukiza 2018 ikibuga ca Prince louis RWAGASORE kizoba cugawe kumvo zuko kizoba kiri mubikorwa vyo gusanurwa,abandandanya avuga ko hazoba hariko harashigwako ubwatsi busha (perouse syntetique)mu kinofunofu.

Tubibutse ko iyo imvura iguye ico kibuga kitabanira imigwi iba iriko iratana mumitwe.

Posted in SPORT

Post navigation

UBURUNDI BUKWIJE IBISABWA NGO BWAKIRE INKINO MPUZAMAKUNGU ZITEGURWA NA CECAFA
KOLLY THE MAGIC yahawe amahirwe yogukora muri Studio ya BIG FIZZO

Related Post

  • Abahagarikizi nk’umukinyi wa 12
  • Demon salvator
    CHAN-2018 IMIGWI IKOMEYE MURI FOOTBALL NTIYOROHEWE
  • FFB YASOHOYE IKIRANGAMINSI CA COUPE DU PRESIDENT
  • IMIGWI 63 NIYO IZITABIRA COUPE DU PRESIDENT
  • UBURUNDI BUKWIJE IBISABWA NGO BWAKIRE INKINO MPUZAMAKUNGU ZITEGURWA NA CECAFA

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live