Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Spoks Man yemezako kera hariho abami 2“KING“b’umuziki w’uburundi bari BIG FIZZO na LOLILO ubu ngo havutse uwundi 3 yitwa SAT-B

Posted on January 5, 2018January 5, 2018 by admin
Umuririmvyi SPOKS MAN akora umuziki w’uburundi ukwashoboye kugira ibikorwa vyiwe bidanye bitera imbere aho yigeze kumenyekana cane gose mu gushimisha abarundi n’abarundikazi mundirimbo yiwe yise SIKO NABISANZE ayikoranye n’umuririmvyi MKOMBOZ kugezeho nino myaka akomeza gukora neza indirimbo ziryohera abazumviriza.
 
Na canecane mumajambo akoresha mukuririmba n’uko amakuru adushikiriye y’umuririmvyi SPOKS MAN arashoboye kuva mugacerere mu kubahuka atagitinya igisure c’umuntu numwe akurikirana umuziki w’uburundi yemezako kuva mumyaka iheze kuguteza nubu abatejeje imbere umuziki w’abarundi nk’abami bawo ukamenyekana cane  bagatuma bawukundisha n’abandi abaririmvyi bagenzi babo nibo batumye binjira umwuga wo kuririmba.
Umuririmvyi Spoks Man ,ngo abami“KING“ b’umuziki w’uburundi kuva kera bari babiri abaririmvyi ntawundi umuririmvyi yashobora kubegera kubuhinga bwabo bafise bwo kuwuteza imbere yahisemwo kubavuga amazina ni Umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi LOLILO n’abami bubaha cane kubera bakoze vyinshi kugira umuziki w’uburundi utere imbere bongera baranawubakundisha.
 
Big Fizzo na Lolilo batumye bamwe bamwe mubantu bakurikirana cane ibikorwa vyabo barifuza kuwukora baravye ingene umuziki w’uburundi waguma utera imbere kubera abo bami babiri ntiyagarukirije ngaho umuririmvyi Spoks Man amaze kuvuga abami babiri b’umuziki yabonye kuva kera bawuteza imbere kugeza anomango ngo nubu haciye havuka uwundi umwami w’umuziki agira gatatu yemeje neza kuwo mwani ari Umuririmvyi SAT-B.
                                                                                                                                        BIG FIZZO 
 Aravye ingeneUmuririmvyi SAT-B asigaye akora umuziki w’uburundi ngo yaje afise umwete udasanzwe n’indoto zikomeye kandi abona ko ariko arabacira inzira abaririmvyi bagenzi burunganwe rushasha mugukora umuziki w’uburundi yarangiye yumvisha neza abantu ko adashatse kuvuga y’uko ata bandi baririmvyi bahari bakomeye ahubwo ngo barahari benshi cane bakomeye kandi bamaze gukora amateka akomeye.
Muga yitegereje neza atakwihenda yabonye ko ari umuririmvyi Big Fizzo n’umuririmvyi Lolilo hamwe n’umuririmvyi Sat – B nibo abami“KING“ b’umuziki w’uburundi bakora neza cane bagashimisha abafans kandi bamaze imyaka myinshi bakora nubu ntibahengeshanya gukora kuko baguma bakora, nta mwaka numwe basinzira. rero nibo abami batatu batwara kwisonga umuziki w’uburundi bwose kugeza nuno mwaka mushasha w’2018.
                                                                                                                            LOLILO
SAT-B

Posted in ENTERTAINMENTTagged SPOKS MAN

Post navigation

BIG FIZZO niwe“BEST ARTIST OF THE YEAR 2017“antsinze nk’umuririmvyi yakoze cane gose m’umwaka wose uheze asumbije abandi
LISTEN AUDIO :- Abami b’umudiho By Over Do Team

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live