Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

SAT-B yagizwe AMBASSADEUR w’ishirahamwe SMART BURUNDI

Posted on March 2, 2018March 2, 2018 by admin
Imyaka ibiri irarangiye umuririmvyi BLACK G ariwe yahora ari AMBASSADEUR w’ishirahamwe SMART BURUNDI muzi ko ari umuhora wo gutumatumanako amakuru ukomeye cane gose mugihugu c’uburundi uhurumbirwa n’abantu benshi n’uko uno mwaka w’2018 wasubiriye gushobora kurondera uwundi umuririmvyi w’umurundi yoshobora kuba AMBASSADEUR waryo.
 
Inyuma y’umuririmvyi Black G yahora arikorera mu kurimenyekanisha haba mubiterano eka no mubimenyeshwa bivanye n’amasezerano bari barahanye ubu ni vyatevye kumenyekana ko ryamaze kwizera umuririmvyi SAT-B kwariwe yoriserukira mu kumugena akaba AMBASSADEUR bagakorana mubikorwa bitandukanye bazomugena muruno mwaka wose.
BLACK G
Kw’igenekerezo rya 21/02/2018 aho umuririmvyi SAT-B yabicishije kurubuga rwa Facebook akoresha mu kubimenyesha aba fans biwe akunze kwita ngo ni aba boss biwe babimenye ko ishirahamwe SMART BURUNDI ( Let’s talk ) ryamutoye mu kumugira AMBASSADEUR mushasha mu kurikorera ibikorwa rizomuha arirarungurire.
 
Umuririmvyi Sat-B mwakino gihe akaba afise akamwemwe kenshi kuba yarashinzwe amabanga  n’ishirahamwe SMART BURUNDI mu kumugira AMBASSADEUR yagize ati IMANA yabikoze ntizotumaramaza kuko niyo Dereva wacu, Hapana Lucifer tuze dutinya IMANA hapana abana b’abantu abarundi muduhanze amaso mutwitegeko vyinshi kuko turacafise imyaka yo gukora ntiturasaza , vuba tugiye kwiyongera izina MARECHAL .
Ikinyamakuru UMUDUNDOWACU.COM tukaba twashoboye kubaronkera amakuru y’umuririmvyi Sat-B ubu  ngo yamaze gutangura kurangura ibikorwa yagenwe kuzokorera ishirahamwe SMART BURUNDI  aho yanatanguye kuvyerekana akavuga ko hariho n’inama zamaze gutangura azikoranye n’abarongozi biryo shirahamwe bikaba bibaye inyuma y’iminsi mikeya yerekanye umuduga uzohabwa umwigeme azoba MISS BURUNDI 2018 ahandi barikumwe na Miss Burundi 2017.

Posted in ENTERTAINMENTTagged SAT-B, SMART BURUNDI

Post navigation

LISTEN AUDIO | My Burundi By Vichou Love Ft Washington
WATCH VIDEO | Nidate By Kidum Ft G Shine

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live