Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Raba BIG FIZZO na JUX uko bambaye mugiteramo kuri ZION BEACH

Posted on February 15, 2018February 15, 2018 by admin
K’umunsi wa gatatu wiyi indwi itariki 14/02/2018 aho umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi JUMA JUX yaje ava mugihugu ca Tanzania bashobora guhurira mugiteramo kimwe bakoreye kuri ZION BEACH aho bagikoreye mu Burundi kandi  imbere y’uko batangura guteramisha abantu bari bahishikiye baje bashajije hari igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugaroba.
Niho Big Fizzo na Jux nabonyene bari bambaye impuzu n’ibirato vya style zitamenyerewe kubonwa zabambaye abaririmvyi b’abarundi nkuko mubibona kuriyo foto ibaranga bikaba vyaratangaje abari ngaho barabitegereje guhera kumaguru gushika k’umutwe ngo na kanenge ntakamwe babatoyeko kuko uravye nk’umuririmvyi Big Fizzo ukuntu yari yambaye ukongera ukaraba n’umuririmvyi Jux uko yari yambaye vyari ibirori bikomeye.
Aho hose hari imbere y’uko baja kuri scene guteramisha aba fans babo mbega munywanyi ukunda umuziki w’uburundi usanzwe ufana abo baririmvyi kubwawe utahashitse uravye ingene Big Fizzo na Jux bari bambaye ubona wo baha amanota angahe kwi 100 ?Turangize tubamenyesha banywanyi b’ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM muraguma hafi mudukurirana mukomeze mumenya ingene igiteramo c’ejo uko cagenze cabano baririmvyi bakomeye muri East Africa uko babiciye biracika kuri ZION BEACH mugisagara ca Bujumbura.

Posted in NEWSTagged BIG FIZZO, JUX

Post navigation

AMAYAYA NIWO MUDIHO W’IKIRUNDI AHUBWO TUWUTEZE IMBERE
Yabiciye biracika DOUBLE JAY mugiteramo kuri ZION BEACH yemeje JUX

Related Post

  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE
  • Imana ikomeje guhamagara AKES DON ayikorere arekane n’indirimbo z’isi
  • Umuziki ugumye umuteza imbere KID MAGIC azonsinyishwa na SADEBU
  • Concert yakataraboneka
    CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON
  • SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi
  • Ati SAT-B yahageze mu Burundi avuye kubaroga mugihugu ca Tanzania
  • Afise umunezro mwinshi PETI DANY yaronse MANAGER wumu MAMAN
  • KIRIKOU ngo BIG FIZZO azomfasha vyinshi muri LABEL BANTU BWOY
  • Babwira NATACHA akureko ukuboko birabire ibintu yamaze guta akaranga

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live