Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu
  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE

  • JEAN MARIE MUCO AHEJEJE GUSHIRAHABONA AMASANAMU ABEREYIZISHO YINDIRIMBO IBITANGAZA

  • LISTEN AUDIO: NI TEKE BY MR REYZ NINDIRIMBO IRYOHEYE UGUTWI

  • NEW VIDEO MUMUTUZO BY JADO EGO COMMING SOON

Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye

Posted on April 19, 2018April 19, 2018 by admin

Umuririmvyi BIG FIZZO asanzwe akomaye cane gose mugihugu c’uburundi mu gukora indirimbo ziryohera abarundi benshi nkuko abivuga ko amaze imyaka 15 akora umuziki w’uburundi  ngo yatanguye kwanza kwimenyekanisha mu ntara zose z’uburundi kugira abantu baho bamumenye uwariwe mu gukora indirimbo zikabarwa neza abazumviriza niyo ntango yiwe yo gutangura kumenyekana kw’izina ryiwe nka BIG FIZZO. Big […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZOLeave a Comment on Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye

Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye

Posted on April 18, 2018April 18, 2018 by admin

Haciye imyaka itarimeke hariho urukurukuru ruvuga ko abaririmvyi babiri bakomeye cane gose m’umuziki w’uburundi kandi bakunzwe cane gose aribo LOLILO hamwe na BIG FIZZO bivurwako hagati yabo bafitaniye ungwanko rukomeye badacana uwaka kuko ntibigera baja hamwe bakoranye indirimbo kugira babandanye guteza imbere umuziki w’uburundi ngwivyo bikaba arivyo ibimenyetso vyerekana ko abo baririmvyi bompi bafitaniye bifu. […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZO, LIZZO LOLILOLeave a Comment on Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye

UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE

Posted on April 11, 2018April 19, 2018 by Muco Jean Marie

Umuririmvyi windirimbo mpimbaza Imana amenyekana kwizina rya Jean Marie Muco arahamagarira abarundi gushigikira igikorwa cImana ahaye arakora

Posted in ENTERTAINMENTTagged JEAN MARIE MUCOLeave a Comment on UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE

Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose

Posted on April 11, 2018April 11, 2018 by admin

Ntibisanzwe abarundi bo muntara ya Bubanza bakomeje kwambika iteka rikomeye igihugu c’uburundi mu kukimenyekanisha mubihugu vyose vyo kw’isi yose ni mugihe baheruka gukina FILM nshasha iryoshe cane gose bise KURUBONE irimwo impanuro nyinshi kandi irubaka imitima y’abantu bose bayiravye barahakura icingwa ndetse bakanaryoherwa mwomenya ko iriko irakundwa cane gose n’abanyagihugu benshi barenze umuliyoni kuduga.   […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged NIPO NIZIGAMALeave a Comment on Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose

CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON

Posted on April 8, 2018April 8, 2018 by Muco Jean Marie
Concert yakataraboneka

Banyamabanda eka namwe bantu mutuye mumicungararo yaho mumabanda nyanza lac vugizo makamba na gisenyi muratumiwe mugiteramo cakataraboneka mwateguriwe n’umuririmvyi w’indirimbo mpimbaza Imana amenyekana kwizina rya Jackson Samson.   Aho yabazaniye concert yokurorera kubuntu kuko numukene bikwiyeko yokumva ubutumwa bwiza iyo concert izobera mumabanda itariki27/5/2018 ikazobera kukibuga cumupira caho mumabanda. Iyo concert ntazoyikora wenyene kuko azoba […]

Posted in NEWSTagged J-SAMSONLeave a Comment on CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON

Jean Marie Muco abandanya aterintambwe m’umuziki w’uburundi

Posted on April 6, 2018April 6, 2018 by Muco Jean Marie

Umuririmvyi Jean Marie Muco w’indirimbo mpimbaza Imana murinomisi asigaye akora indirimbo zigahurumbirwa nisinzi ryabantu kubwuko azikora neza cane akanazikora kubuhinga bugezweho. Inyuma yugukora indirimbo Ba yaweh Remix yanashoboye kuba iyambere muri play list music week3 ubunaho Imana yamuteye iteka aratumirwa kuri Television yomugihugu ca zambia narirya arihasanzwe atuye iyo Television ikab yitwa QTV ZAMBIA Akaba […]

Posted in Umudundo WacuTagged JEAN MARIE MUCO1 Comment on Jean Marie Muco abandanya aterintambwe m’umuziki w’uburundi

SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi

Posted on April 6, 2018April 6, 2018 by admin

Umuririmvyi SAT-B yashoboye kuva mugacerere imbere y’uko ngo asohora indirimbo yiwe nshasha yise GIRL FRIEND aheruka gukorera mugihugu ca Tanzania aho yamenyesha aba fans biwe ko iyo ndirimbo vuba agiye kuzoyisohora ariko kubwiwe akababwira ko naho yoyisohora arabona ko indirimbo FEEL LOVE.   Aheruka gusohora mpumera z’umwaka w’2107  ngo gushika nuno mwaka ngo iracari kukibanza […]

Posted in NEWSTagged SAT-BLeave a Comment on SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi

WATCH VIDEO | Kamoja By Lolilo

Posted on April 2, 2018 by admin

Posted in VIDEOSTagged LIZZO LOLILOLeave a Comment on WATCH VIDEO | Kamoja By Lolilo

Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA

Posted on March 24, 2018March 24, 2018 by admin

Igihangange c’umuzii w’uburundi umuririmvyi LOLILO inyuma yaho asohoreye indirimbo yitwa KAMOJA igakundwa cane gose n’abantu benshi bayumvirije bose barashima ukuntu yayikoze n’ubuhinga bugezweho kuko ngo aguma abazanira ibintu bishasha batari bamenyereye kumubona ko nina mpamvu bamukuze mu kumutera inege ukuntu abandanya abaryohera niho nawe yabonye ko iyo ndirimbo atoyicarika ikozwe muri AUDIO yonyene.   Kuko […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged LIZZO LOLILOLeave a Comment on Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA

Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda

Posted on March 23, 2018March 23, 2018 by admin

Umuririmvyi VICHOU LOVE agize umurwi PEACE AND LOVE ukora umuziki w’uburundi ngo uno mwaka ategerezwa kubandanya akora indirimbo nyinshi zizobaryohera aba fans biwe aho ni mugihe yakubitiye mugihugu kibanyi c’urwanda kuharangurira ibikorwa vy’umuziki wiwe mu kuwaguma akawushikana kure mubihugu bigize East Africa.   Ariko umuririmvyi VICHOU wa Peace and Love ngo yashimye gutangurira mu Rwanda […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged KNOWLESS, VICHOU LOVELeave a Comment on Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda

Posts navigation

Older posts
Newer posts

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live