Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

LOLILO ati BIG FIZZO na SAT-B ni abagenzi tuzohira m’umuriro umwe

Posted on February 23, 2018February 23, 2018 by admin
Umuririmvyi LOLILO akora umuziki w’uburundi ugashimwa n’abarundi benshi ubu arashoboye kuvuga ukuri kwiwe kuvuye k’umutima mugihe abantu benshi baziko asanzwe atumvikana n’abaririmvyi bagenzi biwe babiri aribo Umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi SAT-B aho benshi bakunze kuvugako bose bafitaniye ungwanko ( BIFU ).
 
Bigatuma umuziki w’uburundi bakora udashobora gutera imbere kuko aribo abaririmvyi bakomeye cane basigaye bakundwa n’abantu benshi kandi ari ibihangange vy’umuziki basabwa n’abarundi ngo bazokore nk’indirimbo imwe barikumwe ngo boba berekanye ko basanzwe ari abagenzi batigera bagiriranirana ungwanko.
Ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM twama tubarondera amakuru agezweho y’umuziki w’uburundi bwacu n’uko kuno munsi wa gatanu itariki 23/02/2018 ariho umuririmvyi LOLILO yashoboye gukora ikiganiro yishura ibibazo bitandukanye niho yaje kuvuga ko asanzwe akunda cane gose umuririmvyi BIG FIZZO n’umuririmvyi SAT-B kubera ngo bose ni abagenzi biwe b’inkoramutima kandi barikundaniye.
 
Yabandanije avuga ko uko bimeze kose hamwe ngo hogira ikibazo kibashikira uko ari babiri hama nawe ntigishobore kumushikira kubwiwe akabonako ico kibazo yogishobora kukibakuramwo ntakizobuza ko yo kibatunganiriza bakakivamwo vyanse naho akifatanya nabo umubabaro ni mugihe yarabajije ikibazo kivuga ngo nkubu abonye Big Fizzo cangwe Sat-B bari munzu iriko iraka umuriro bakabura ingene bavayo kubwa Lolilo abona yotangura gukiza nde ?
N’uko umuririmvyi Lolilo yashoboye kwishura ngo ubwa mbere ni abenzi biwe ubwa kabiri ukuntu yobigenzi kugira abakize mu kubakura muri iyo nzu iriko iraka umuriro abonako bose yo barekerayo bagahirayo kubera ngo agize akureyo umwe ubwambere amukize vyoca biboneka nabi imbere y’abantu botangura bakamubarira ko yakumiriye muri makeya yavuze  ngo abonye Sat-B na Big Fizzo bariko bahira munzu iriko iraka umuriro abona ko yobarekerayo bose bagahirayo hama nawe agaca abasangayo hama bagapfa bose icarimwe. 

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZO, LIZZO LOLILO, SAT-B

Post navigation

VIDEO | Abantu 2000 barenga ngo nibo baje mugiteramo ca BIG FIZZO
LISTEN AUDIO | Ibiguhwe By Over Do Team

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live