Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

JEAN MARIE MUCO AHEJEJE GUSHIRAHABONA AMASANAMU ABEREYIZISHO YINDIRIMBO IBITANGAZA

Posted on June 30, 2018June 30, 2018 by Muco Jean Marie

JEAN MARIE MUCO AHEJEJE GUSHIRAHABONA AMASANAMU ABEREYIZISHO YINDIRIMBO IBITANGAZA

umuririmvyi Jean Marie Mucoabandanya kugaragarako arumuririmvyi akomeye cane murinomisi aho ahejeje gushirahabona amasanamu akozwe neza cane aho arikuncuro yiwe igize2 ashirahabona amasanamu

Jean Marie Muco inyuma yugukorana Indirimbo na Mkombozi yaciye yamamara hirya nohino ahowagenda hose wumva nabana bavuga JEAN MARIEMUCO mbere benshi bakama bipfuza kumubona mundirimbo za video ubu noneho muzoguma mumubona narirya video ziwe zibereye izisho
iyi video nturengane utayiravye wobuhomvye ikuntu gihambaye cane fyondaha musi uyirabe👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇

MUKUNZI WUMUZIKI WIBURUNDIGIRAKAJAMBO WIPFURIJE JEAN MARIEMUCO WIBUKE GUKANDA SHARE(PARTAGER) NABANDI BABONAMAKURU AGEZWEHO

Posted in Umudundo Wacu, VIDEOS

Post navigation

LISTEN AUDIO: NI TEKE BY MR REYZ NINDIRIMBO IRYOHEYE UGUTWI
IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE

Related Post

  • LISTEN AUDIO: NI TEKE BY MR REYZ NINDIRIMBO IRYOHEYE UGUTWI
  • NEW VIDEO MUMUTUZO BY JADO EGO COMMING SOON
  • Jean Marie Muco ASOHOYE AMASANAMU YINDIRIMBO YIWE TUWE MACHO ABENSHI NTIBAHAYE BEMERAKO YAYIKOREYE MUBURUNDI
  • WATCH VIDEO | Tungi By T-Max Ft Nay Wa Mitego
  • Jean Marie Muco abandanya aterintambwe m’umuziki w’uburundi
  • WATCH VIDEO | Kamoja By Lolilo
  • FULL MOVIE BURUNDI | KURUBONE part 5
  • WATCH VIDEO | Mida Ya Love By Iry Tina Da Queen Ft Big Fizzo
  • WATCH VIDEO | Nidate By Kidum Ft G Shine

1 thought on “JEAN MARIE MUCO AHEJEJE GUSHIRAHABONA AMASANAMU ABEREYIZISHO YINDIRIMBO IBITANGAZA”

  1. Eurytomidae says:
    November 23, 2018 at 11:00 pm

    Hello! Here is nice offers – slots, roulette and blackjack games. To qualify click on the link below. http://bit.ly/2J7gR09

    Reply

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live