Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Iyi niyo Video yatumye izana bifu kwa SAT-B na BIG FIZZO ntivyoroshe

Posted on February 17, 2018February 17, 2018 by admin
Hari kw’igenekerezo rya 10/02/2018 aho umuririmvyi SAT-B yashoboye kumenyesha aba fans biwe abicishije kurubuga akoresha rwa facebook  y’uko kuva dutangura 2018 niho akibona Video nziza kandi ngo ntarubanza anciye gusa nabo nibayirabe  aho akabayariko aravuga Video nshasha y’indirimbo HELLO y’umurwi w’abaririmvyi  BEST LIFE MUSIC bari bahejeje gusohora kuri iryo genekerezo bikaba bitashoboye kuryohera abaririmvyi b’abarundi nkawe.
 
Kuba ngo yabakumiriye akubahuka akavuga uko ni mugihe uno mwaka kuvaho igitangura haguma hasohoka ama Video mashasha y’abaririmvyi b’abarundi akonzwe mubuhinga butandukanye ntivyagarukiye ngaho yaciye abafata iyo video ayishira no kurubuga rwiwe rwa TWITTER yongera arabibamenyesha abamukurikira rero vyaje gukomera kuko haciye iminsi ibiri yonyene umuririmvyi SAT-B avuze ko Video y’indirimbo HELLO ya BEST LIFE MUSIC.
Kwariyo yabonyeko iruta izindi ubwiza aravye ingene ikoze niho hibonekeje umuririmvyi BIG FIZZO acarava mugacerere araheza aramwishura kubera ngo yaraziko yoshoboye kuvuga Video yiwe y’indirimbo FEEL LOVE kwariyo yambere nziza vyaramutangaje kubona amenyesha abantu ngo “Kuva dutangura 2018 Niho nkibona Video nziza ntarubanza nciye Gusa nawewe irabire….Hello By Best Life Music “
Tukibandanya tubabwira amakuru yabano b’abaririmvyi babiri kugushika ubu bakaba batumvikana neza kurico ciyumviro umwe yashikirije hakaba hashoboye kuvamwo icuka kibi bagahita bagiriranirana bifu kubera Video Hello ya Best Life Music tubibutseko umuririmvyi BIG FIZZO aheruka gusohora video yiwe nshasha y’indirimbo KONZI muruno mwaka nkuko biriko biravurwa n’abantu benshi bakunda indirimbo zabo baririmvyi baravuga ko Big Fizzo ariwe yoba afise bifu kwa Sat-B.
 
Kubera niyomuhora Sat-B iciyumviro ciwe nco kubamenyesha ati :“Kuva dutangura 2018 niho nkibona Video nziza ntarubanza nciye gusa nawewe irabire…. Hello By Best Life Music “ ngo nakuntu yari  y’uko Sat-B  yashikirije ikiri k’umutima bakibaza none yagomba ko avuge Video KONZI kwariyo nziza yabonye kuva umwaka w’2018 utangura kwariyo yambere nkuko yamwishuye kurubuga rwiwe rwa TWITTER amubarira ati:Kumbe??? narinzi ko gwawe ariyo ya numero one! `
Banywanyi b’ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM murashobora no kubisoma ngaha ivyo umuririmvyi Big Fizzo yishuye umuririmvyi SAT-B .
SAT-B =»»FYONDA NGAHA USOME UKO VYATANGUYE
BIG FIZZO=»»UKO YAMWISHUYE

RABA VIDEO YATUMYE BATUMVIKANA | Hello By Best Life Music 

http://umudundowacu.com/wp-content/uploads/2018/02/BEST-LIFE-MUSIC-HELLO.mp4

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZO, SAT-B

Post navigation

WATCH VIDEO | Sumu – SuperStar By GN Lfls 205
LISTEN AUDIO | Say my name By Maty Bwoy ( MATABARO)

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live