Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

IKIZA IMBERE S’UMUGABO N’IMPANO YOBIKORA

Posted on January 7, 2018January 7, 2018 by Idriss Simbizi

Mu muco w’ikirundi ABIGEME bamye bikumira aho no kugira uronke uwushobora guhagarara imbere y’abantu ngo ashikirize ijambo vyama bigoye. Mu bihe tugezemwo aho ubuhinga ndetse n’iterambere rigenda rizana uburyo bwo gushikiriza inkuru biciye mu vyuma nahone ntivyoroshe kubona umwigeme ashobora kuja mu bintu bituma aja kumugaragaro

Gitoro na Divine bariko barakina
Gitoro na Divine bariko barakina comedy

Naho biruko ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM cashoboye kwegera ahariko harabera itunganywa ry’amasanamu yumwe mubasanzwe batwenza abantu benshi bamenyereye kwizina rya GITORO  Aho yariko akinana n’umwigeme akiri muto biboneka ko agifise umwanya wo kuba yokwitunganya muri kazoza kiwe niko guca dukorana ikiyago. Tumubajije kukuntu wewe atahura gukina canke kuboneka kumbuga ngurukanabumenyi yatwishuye ati:”KURI JEWE GUKINA IVYESE N’IMPANO NAREMANYWE HAMA KUJA KUMUGARAGARO  N’IBISANZWE KUKO IGIKURU N ‘UKO ABABA BARIKO BARADUKURIKIRANA BOTAHURA KO TUBA TURIKO TURAKINA NAHO RIMWE DUKINA IBINTU BIKUNDA GUSHIKIRA ABANTU MU BUZIMA” 

Gitoro na Divine bariko barakina
Gitoro na Divine

Tumubajije impamvu abigeme badakunda kuboneka mu bikorwa mwene ivyo naho inyishu yaduhaye ati Nikubera abakobwa bikumira kandi bataronka ababatera intege banabereke aho bohera ico kigatuma kenshi usanga bafise impano ariko zibabera impfagusa mukurangiza ikiyago twakoranye nawe yahamagariye abigeme gukora ico yagereranije na Analyse yico bashoboye gutyo bashobore kugisokora banagikoreshe bipfume vyanka bagerageje kuko ngo burya kwama Umukobwa azi ko ubuzima bwiza azobuhabwa n’umugabo azomutwara hari naho bishika izo ndoto ntizibe wanshaka ugasanga ubuzima uko ubwibaza siko bugiye wewe agasaba ko umukobwa aho ari hose yokwiyumvira agakorera kuco yise Independance economique ntibabeho bizeye amaboko y’uwundi muntu nkuko uno mwigeme Divine ISHIMWE yizera kuzogira ico yimariye abicishije mu mpano yiwe yo GUKINA IVYESE.

Simbizi

Posted in ENTERTAINMENTTagged Gitoro Le comedien, Lorena Divina

Post navigation

INKUMI IGARUKA MU BWONKO BW’UMURAPERI WA GOSPEL
WATCH FULL MOVIE BURUNDI:- Kurubone Part 3

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live