Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

FULL MOVIE:-Raba film nshasha y’abarundi iraryoshe bayise“ KURUBONE“ntimwibagire kugura ibice 1,2,3,5

Posted on January 2, 2018January 3, 2018 by admin
Nkuko mukinyi w’amareresi ( FILM) ruranginwa akina neza mu karyoherwa azwi kw’izina rya NIPO NIZIGAMA ashoboye kumenyesha abarundi n’abarundikazi ko bashobora kugura film nshasha yise KURUBONE aheruka gukina arikumwe na Club B-HERO yiwe n’uko yashimye kubereka igice ca 4 mugushobora kubemeza ko abarundi bashoboye mugikira umwuga amareresi.
 
Aho bigagaragaje muriyi film yabo nshasha “ KURUBONE “ nisanzwe irigisha gose irimwo ubuhinga bukomeye twobamenyesha mutoyihomba kuyiraba iraza kubigisha cane gose muvyerekeye ubuzima bwanyu bwa minsi yose kuko irimwo impanuro irameze neza cane mukuryoha ntimworaba barabiciye biracika.
 
Ntimutangwe abarundi n’abarundikazi mwari munyote kubona iyi film nshasha KURUBONE nkuko twashoboye kubashikiriza amakuru yayo turangize tubamenyeshako ibindi bice 1,2,3,5 mushobora kubigura amafaranga makeya cane gose biri kubiciro bizimbutse cane gose mutogaya.
 
Mushobora kuyisnga kw’isoko i Bujumbura muri Ville kuri AFRICAN MOVIE MARKET ,canke muntara ya Bubanza kuri GASAGO STUDIO mukakura kurizi numero +25768853101 ,umukinyi  NIPO NIZIGAMA yashimye kuberaka igice ca 4 ciyi Film KURUBONE kiraryoshe cane gose rero abakunzi bamareresi y’abarundi ntibacike kuyiraba iraza kubanezera cane barashoboye bano bakinyi bayikinye neza.

Posted in ENTERTAINMENTTagged NIPO NIZIGAMA

Post navigation

WATCH VIDEO:- My Boo Boo By Rally Jeo
Y’ababajwe FABELOVE n’ukuntu ataramutswa na SAT-B aca yirabira hirya umviriza AUDIO yose biri k’umugaragaro ico bapfa

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live