Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Category: ENTERTAINMENT

AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel

Posted on April 28, 2018April 28, 2018 by admin

Inyuma yaho umuririmvyi AKES DON amenyesheje abafana biwe ko amaze iminsi yumva ijwi rya Mpemuyera rimubarira ngo akorere Imana akiri muzima mu kuyiririmbira kuko yohezagira abantu benshi niho yaciye abasaba impanuro bamufashe kugira ashobore guhitamwo neza nimba yorekana no gukora indirimbo z’isi cangwe agakora indirimbo zihimbaza Imana rero akaba yarahawe impanuro nyinshi. Akaba yarashoboye kuzikurikiza […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged AKES DON, CHRIS & JUNIORLeave a Comment on AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel

Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa

Posted on April 23, 2018April 23, 2018 by admin

Icuka siciza murino minsi hagati y’abafana b’umuririmvyi SAT-B bamaze kumuhinduka kuko ngo ntacizere bakimufitiye kubera barahaze ububeshi bwiwe bwo kuguma abamwira ko afise indirimbo nshasha yise GIRLFRIEND kuvaho yabibabwiriye barambiwe kuko ngo haraheze indwi yose abamenyesha ko agomba kuyisohora hama amaso yabo yahereye mukirere bayirindiranye igishika muga barabuze bamufasheko ari umubeshi adashitsa amasezerano kuribo. Ariko […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged SAT-BLeave a Comment on Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa

Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye

Posted on April 19, 2018April 19, 2018 by admin

Umuririmvyi BIG FIZZO asanzwe akomaye cane gose mugihugu c’uburundi mu gukora indirimbo ziryohera abarundi benshi nkuko abivuga ko amaze imyaka 15 akora umuziki w’uburundi  ngo yatanguye kwanza kwimenyekanisha mu ntara zose z’uburundi kugira abantu baho bamumenye uwariwe mu gukora indirimbo zikabarwa neza abazumviriza niyo ntango yiwe yo gutangura kumenyekana kw’izina ryiwe nka BIG FIZZO. Big […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZOLeave a Comment on Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye

Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye

Posted on April 18, 2018April 18, 2018 by admin

Haciye imyaka itarimeke hariho urukurukuru ruvuga ko abaririmvyi babiri bakomeye cane gose m’umuziki w’uburundi kandi bakunzwe cane gose aribo LOLILO hamwe na BIG FIZZO bivurwako hagati yabo bafitaniye ungwanko rukomeye badacana uwaka kuko ntibigera baja hamwe bakoranye indirimbo kugira babandanye guteza imbere umuziki w’uburundi ngwivyo bikaba arivyo ibimenyetso vyerekana ko abo baririmvyi bompi bafitaniye bifu. […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged BIG FIZZO, LIZZO LOLILOLeave a Comment on Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye

UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE

Posted on April 11, 2018April 19, 2018 by Muco Jean Marie

Umuririmvyi windirimbo mpimbaza Imana amenyekana kwizina rya Jean Marie Muco arahamagarira abarundi gushigikira igikorwa cImana ahaye arakora

Posted in ENTERTAINMENTTagged JEAN MARIE MUCOLeave a Comment on UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE

Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose

Posted on April 11, 2018April 11, 2018 by admin

Ntibisanzwe abarundi bo muntara ya Bubanza bakomeje kwambika iteka rikomeye igihugu c’uburundi mu kukimenyekanisha mubihugu vyose vyo kw’isi yose ni mugihe baheruka gukina FILM nshasha iryoshe cane gose bise KURUBONE irimwo impanuro nyinshi kandi irubaka imitima y’abantu bose bayiravye barahakura icingwa ndetse bakanaryoherwa mwomenya ko iriko irakundwa cane gose n’abanyagihugu benshi barenze umuliyoni kuduga.   […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged NIPO NIZIGAMALeave a Comment on Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose

Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA

Posted on March 24, 2018March 24, 2018 by admin

Igihangange c’umuzii w’uburundi umuririmvyi LOLILO inyuma yaho asohoreye indirimbo yitwa KAMOJA igakundwa cane gose n’abantu benshi bayumvirije bose barashima ukuntu yayikoze n’ubuhinga bugezweho kuko ngo aguma abazanira ibintu bishasha batari bamenyereye kumubona ko nina mpamvu bamukuze mu kumutera inege ukuntu abandanya abaryohera niho nawe yabonye ko iyo ndirimbo atoyicarika ikozwe muri AUDIO yonyene.   Kuko […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged LIZZO LOLILOLeave a Comment on Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA

Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda

Posted on March 23, 2018March 23, 2018 by admin

Umuririmvyi VICHOU LOVE agize umurwi PEACE AND LOVE ukora umuziki w’uburundi ngo uno mwaka ategerezwa kubandanya akora indirimbo nyinshi zizobaryohera aba fans biwe aho ni mugihe yakubitiye mugihugu kibanyi c’urwanda kuharangurira ibikorwa vy’umuziki wiwe mu kuwaguma akawushikana kure mubihugu bigize East Africa.   Ariko umuririmvyi VICHOU wa Peace and Love ngo yashimye gutangurira mu Rwanda […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged KNOWLESS, VICHOU LOVELeave a Comment on Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda

Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

Posted on March 19, 2018March 19, 2018 by admin

Uno munsi wa mbere itariki 19/03/2018 niho umuririmvyi AKES DON yashoboye gusohora indirimbo nshasha yise UMUVUMVYI akaba yahamagariye aba fans biwe batangure kuyumviriza ngo “Umuvumvyi  uyumvirize ikimota ubushasha canke uyitore ngaha “nabo ntibatanzwe kuyumviriza  ikiriko kiriyamvirizwa cane n’abarundi benshi bamaze kuyumviriza.   Baravuga ko ataco yakoze kubera agomba gusubiza inyuma umuziki w’uburundi kubera ngo bayumvirije […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged AKES DON, BEBE COOL, SAUTI SOLLeave a Comment on Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL

SAT-B yakoze indirimbo nshasha menya izina ryumutanzania bayikoranye

Posted on March 17, 2018March 17, 2018 by admin

Umuririmvyi SAT-B kuvaho afashe ingendo zibiri urwambere rwamushikanye mugihugu ca Kenya hama bukeya bwayo yaciye abandanya urugendo yerekeza mugihugu ca Tanzania arikumwe n’umuhinyanyuzi KENT-P kurubu bamaze iminsi ibiri bari mugisagara ca  Dar es Salaam,Tanzania bakaba bariko bahakorera ibikorwa vyabajanyeyo tubibutse ko mwakino gihe asigaye akunzwe cane n’abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi harimwo aba fans biwe. Ukundwa kwa […]

Posted in ENTERTAINMENTTagged ENOCK BELLA, KENT-P, SAT-BLeave a Comment on SAT-B yakoze indirimbo nshasha menya izina ryumutanzania bayikoranye

Posts navigation

Older posts

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live