BEST ARTIST OF THE YEAR 2017 yamaze kumenyekana nk’umuririmvyi yakoze neza cane m’umuziki w’uburundi m’umwaka w’2017 duheruka guheza aho yagaragaje ibikorwa vyiza bikakirwa neza n’abarundi hamwe n’abarundikazi mugusohora indirimbo zibaryohera harimwo no gukora ibiteramo arushije abaririmvyi bose bakora umwuga umwe mubikorwa vyabo yagiye arakora abigaragaza ahabona ahari hose.
Nkiyo asohoye indirimbo nshasha ayikoze mumezi atandatu agize umwaka wose zikaryohera abantu benshi bazumviriza canke baziraba haba abari mu Burundi nohanze y’uburundi bashoboye kubikurikirana harimwo ampa Concert nivyo vyatumye atorwa n’abanywanyi b’umuziki w’uburundi mumatora twashoboye kubashikirije ahiganwa nabagenziwe.
Suwundi ni Umuririmvyi BIG FIZZO igihangange c’umuziki w’uburundi niwe abaye BEST ARTIST OF THE YEAR 2017 antsinze yegukanye ikibanza cambere mwamutoye muri abantu benshi mwaramwizeye mukumuha amajwi menshi kubera yabashimishije kurusha abandi abaririmvyi bose bakoze umuziki w’2017 ariwe mwabonyeko atawundi yoza amujimbere mugukora cane gose.
BIG FIZZO yatowe nk’umuririmvyi yahariwe umwaka wose w’2017 yakoze cane ibikorwa vyinshi vyashimishije abanywanyi m’umuziki w’uburundi abishize k’umugaragaro haba mumakuru agezweho y’umuziki twabashikiriza kandi niwe yingejeje neza imbere y’aba fans biwe ni imbere y’abantu bose bakunda umuziki w’uburundi bwacu.
Abereke kwashoboye umwuga bakaryoherwa kuko baramutowe cane bamuha amajwi menshi aho bandika igihahuro muri COMMENTS canke abandi baterefonye kuri Radio Umudundo Wacu ivugira kuri internet http://umudundowacu.myl2mr.com/
UMVIRIZA INDIRIMBO Konzi By Big Fizzo