Umuririmvyikazi NATACHA yashoboye kwerekana amafoto yiwe yifotoje yambaye agakabutura kagufiya kamwerekana bimwe mubihimba vyiwe vy’umubiri aho yamenyesheje abafans biwe ko ari surprise abahaye uy’umunsi wa kabiri akaba yatanguye kuzerekana kuri INSTAGRAM munyuma niho yaciye ayashira kuri FACEBOOK akoresha.
Nkuko abantu bazibonye bagize icomubarira ukuntu bamubona abenshi bamuneguye cane gose bagirako bamubarirako yohindura kwambara impuzu zimutesha icubahiro nk’umurundikazi azi akaranga yakuriyemwo kandi yampa ahayagiza no mundirimbo ziwe ariko kuri we ngo babona ko yamaze kuvyibagira kuko nivyo ahanura sivyo akora ahubwo niwe abigisha ingeso mbi abandi abarundikazi nkawe.
Izofoto zikaba zitashoboye kwakirwa neza n’abarundi benshi bazibonye ahanini bamubajije igituma anyegeza igitsinzi ciwe mu kukizibiza ukuboko abandi bamubwiye ngo ntagukureko birabire ibintu kuberiki yinyegeza kuko yavyambaye yabibona ko bimubereye abandi bakavuga ko yataye akaranga n’imicokama y’uburundi bwamwibarutse yisubireko.
Birateye isoni kubona umuririmvyikazi Natacha atiyumvira ko afise abana batoya akubahuka kwambara impuzu zimwerekana ibihimba bigize umubiri wiwe kandi yamara kuzambara agatangura kwinyegeza ngo ni bamurabe ,mbega munywanyi w’umuziki w’uburundi ubonye iz’ifoto z’umuririmvyikazi NATACHA ukuntu yambaye harico wozivuga ko tanga iciyumviro cawe kirazamushikira.
KURIKIRANA MU KURABA N’AYANDI AMAFOTO YIWE BAKOMEJE KWIYAMIRIZA ABARUNDI BENSHI BAYABONYE