Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Azanye BIEN-FREEMA indirimbo nshasha arikumwe na CHANNY QUEEN

Posted on February 4, 2018February 4, 2018 by admin
Umuririmvyi BIEN-FREEMA  haheze ukwezi ashoboye gusohora Video yiwe nshasha y’indirimbo KATA yakoranye n’umuririmvyi ELLY’S BOY aho yakunzwe n’abantu benshi bayiravye bashimye ingene yayikoze bakavugako uno mwaka babonako yaje afise ubuhinga bukomeye bwo kuberekako ibikorwa vyose azokora umwaka wose w’2018 bizoba bitoroshe.
Kandi bizobanezera nkuko aba fans biwe banabishimangirako iyo video ari yungwego rukomeye mumasanamu bayikoreye yabemeje gushika nakuno kwezi kwa kabiri ngo barabonako atayindi yoza iyisumba ubwiza n’uburyohe ifise mugihe bariko barayiraba ibanezera k’umutima ivyo vyose bikaba bishimisha umuririmvyi BIEN-FREEMA kuba akora igikorwa kigashimwa n’ibintu bituma agira intege zikomeye zogukomeza akora n’izindi indirimbo zifise ama Video.
 Ashobora kubandanya aryohera abayaraba akanakomeza ateza imbere umuziki w’uburundi mumahanga no mpumakungu kuko vyose birashobora kubwiwe ngo ntazokwigera acika intege muukora umuziki kuko aho gucika intege ahubwo bituma agira ishaka ryinshi nkuko abimenyesha umuririmvyi Bien-Freema aravuga kandi ko uno mwaka atazokwigera aryama cangwe ngo aruhuke mugukora umuziki w’uburundi kugira awushikane kurwego mpuzamakungu.
Yamye afise kuva kera akiwutangura arabemerera aba fans biwe ko nubu hariho ikindi gikorwa gishasha kikiri mugikoni ariko akibategurira neza mukugiteka kizoze gihiye neza kinaryoshe rero ngo ico gikorwa cerekeye indirimbo yiwe nshasha yahejeje gukora ayifadikanije n’umuririmmvyikazi akundwa cane n’abanywanyi benshi b’umuziki w’uburundi kuko abanezera ukuntu aririmba bagashima kenshi n’ibikorwa yamye akorana n’abandi abaririmvyi.
 Nivyo yakoze ari wenyene nubu akibandanya abikora uwo muririmvyi suwundi azwi kw’izina rya CHANNY QUEEN niwe bayikoranye kandi barayihejeje akavugako murino ndwi ariho batanguye no gukora video  yayo  barabateguza aba fans babo ko bayirindirana igishika kubera izosohoka ikoze neza k’ubuhinga bugezweho batari bwabone Bien-Freema nkuko yagiranye ikiganiro n’ikinyamakuru canyu UMUDUNDOWACU.COM
 Yavuzeko iyo ndirimbo yiwe nshasha yakoranye n’umuririmvyikazi CHANNY QUEEN baza barahejeje kuyikorera amajwi na beat kandi umuhinyanyuzi yahejeje kubaha Audio yabandanije abamenyesha kwiryoshe cane murasabwe kuyitege vuba muzoshobora kuyumviriza ariko imbere y’uko yoyishira k’umugaragaro ngo yabonyeko vyiza yoyisohora ifise Video imeze neza amasanamu.
 Azobaryohera kuraba kubera ubu baratanguye kuyakora ikazoza akurikira video KATA aherutse gusohora arikumwe n’umuririmvyi ELLY’S BOY kurya mwaryoheye muyibonye ninako muzorushirizaho ni mwabona iyo yakoraye n’umuririmvyi Channy Queen yarangiye avuga izina ryiyo ndirimbo yiwe nshasha azohora ifise Audio na Video ngo izobayitwa NYISHURA.

RABA VIDEO YIWE NSHASHA | Kata By Bien-Freema Ft Elly’s Boy

Posted in NEWSTagged BIEN-FREEMA, CHANNY QUEEN

Post navigation

Nguyo JOHN MABOU niwe BEST ARTIST OF THE MONTH JANUARY 2018
Ngo MATABARO ni ryambere anshimishwa n’indirimbo ikoze LOLILO

Related Post

  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE
  • Imana ikomeje guhamagara AKES DON ayikorere arekane n’indirimbo z’isi
  • Umuziki ugumye umuteza imbere KID MAGIC azonsinyishwa na SADEBU
  • Concert yakataraboneka
    CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON
  • SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi
  • Ati SAT-B yahageze mu Burundi avuye kubaroga mugihugu ca Tanzania
  • Afise umunezro mwinshi PETI DANY yaronse MANAGER wumu MAMAN
  • KIRIKOU ngo BIG FIZZO azomfasha vyinshi muri LABEL BANTU BWOY
  • Babwira NATACHA akureko ukuboko birabire ibintu yamaze guta akaranga

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live