Inyuma yaho umuririmvyi AKES DON amenyesheje abafana biwe ko amaze iminsi yumva ijwi rya Mpemuyera rimubarira ngo akorere Imana akiri muzima mu kuyiririmbira kuko yohezagira abantu benshi niho yaciye abasaba impanuro bamufashe kugira ashobore guhitamwo neza nimba yorekana no gukora indirimbo z’isi cangwe agakora indirimbo zihimbaza Imana rero akaba yarahawe impanuro nyinshi. Akaba yarashoboye kuzikurikiza […]