Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Ati Ashley Diva mutoze umurundi bokorana indirimbo ikaza ikuryohera

Posted on January 12, 2018January 12, 2018 by admin
Umuririmvyikazi ASHLEY DIVA akora neza umuziki w’uburundi mukuryohera abantu bataribakeya ngo ibintu bisankaho vyamaze kumucanga ubwenge mubikorwa vyiwe yabateguriye uy’umwaka mugushobora kuzokora indirimbo nshasha yiwe yambere itangura uno mwaka turimwo igashobora kuryohera abazoyumviriza.
 
Akavuga ko agomba kuzoyikorana n’umuririmvyi w’umurundi wigitsina gabo ariko kubwiwe abonako atarashobora kumubona uwariwe bagashobora gufashanya igikorwa bari kumwe kugeza mundirimbo imwe ubu ngo ntibimworoheye yashimye kubishira k’umugaragaro imbere yaba fans biwe hamwe n’abanywanyi b’umuziki w’uburundi.

Aho abamenyesha ngo mwoshobora guhera uno munsi mukamutoza umwe mubaririmvyi b’abarundi abizi neza hamwe bishitse bagakorana indirimbo yiwe nshasha yuno mwaka igashobora kukuryohera amaze kuyisohora k’umugaragaro rero arababwira ngo mumufashe gutora uwo muririmvyi bazoce bayikora izoze ibaryohera cane gose ni mwamara kuyumviriza.

Izobarwe neza mwongera munezerwa n’ukuntu bayikoranye neza haba mukuririmba canke mumajambo baririmba tubibutse ko umuririmvyikazi AShely Diva ari mubaririmvyikazi bitanga cane mugukorana inguvu uko bashoboye kugira batere imbere mubikorwa m’umuziki w’uburundi bwabibarutse nkuko abasavye bantu mukunda indirimbo ziwe.
 
Ko mwomufasha gutora umuririmvyi w’umurundi baheze bakorane indirimbo nshasha yugurura ibikorwa yabateguriye vyuno mwaka mbega none nkumu fans wiwe ubona womutoza uwahe umuririmvyi w’umurundi bazokorane indirimbo nshasha azoyisohoye ize ikuryohera nkuko abikumenyesheje?
 
Umuririmvyikazi Ashley Diva ngo womutoza umuririmvyi w’umurundi borana iyondirimbo atashoboye kuvuga izina ntankeka izoryohera cane gose mugihe uzoburiko urayumviriza turangize tukumenyesha ay’amakuru tuzoyagarukako mu kongera kumenya inyinshu y’umuririmvyi Ashley Diva abamenyesha uwo mwamutoje bakorane abonyeko bazokuryohera muri icogikorwa.

Posted in NEWSTagged ASHLEY DIVA

Post navigation

Film KURUBONE nshasha y’ikirundi iguma ibicabigacika bashaka igice c’5
WATCH VIDEO :- La number By A.Flo Slim

Related Post

  • IGITERAMO CAKATARABONEKA INYANZA LAC MWATEGURIWE NA NDAYISABA MAGNIFIQUE
  • Imana ikomeje guhamagara AKES DON ayikorere arekane n’indirimbo z’isi
  • Umuziki ugumye umuteza imbere KID MAGIC azonsinyishwa na SADEBU
  • Concert yakataraboneka
    CONCERT MWATEGURIWE NA J.SAMSON
  • SAT-B ngo indirimbo FEEL LOVE iracari iyambere m’umuziki w’uburundi
  • Ati SAT-B yahageze mu Burundi avuye kubaroga mugihugu ca Tanzania
  • Afise umunezro mwinshi PETI DANY yaronse MANAGER wumu MAMAN
  • KIRIKOU ngo BIG FIZZO azomfasha vyinshi muri LABEL BANTU BWOY
  • Babwira NATACHA akureko ukuboko birabire ibintu yamaze guta akaranga

1 thought on “Ati Ashley Diva mutoze umurundi bokorana indirimbo ikaza ikuryohera”

  1. Irumva Pacifique says:
    February 15, 2018 at 5:18 pm

    Nakorane Na Kis-b Umunyamakamba umuririmvy mushash arik arakor ibikorink murun mwaka ninkindirimbo aheruk gukora yitw #my Lover#Nume Yiwe Niy 69697629 whatsap 72152556 numuririmvyi agezweho hamwe bakoranye indirimbo yob imara

    Reply

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live