Skip to content
Menu
  • Home
  • NEWS
  • ENTERTAINMENT
  • AUDIO
  • VIDEOS
  • THE PLAYLIST
  • SPORT
  • Radio
Menu

Abazaniye VICHOU LOVE indirimbo yakoze na KNOWLESS mu Rwanda

Posted on March 23, 2018March 23, 2018 by admin
Umuririmvyi VICHOU LOVE agize umurwi PEACE AND LOVE ukora umuziki w’uburundi ngo uno mwaka ategerezwa kubandanya akora indirimbo nyinshi zizobaryohera aba fans biwe aho ni mugihe yakubitiye mugihugu kibanyi c’urwanda kuharangurira ibikorwa vy’umuziki wiwe mu kuwaguma akawushikana kure mubihugu bigize East Africa.
 
Ariko umuririmvyi VICHOU wa Peace and Love ngo yashimye gutangurira mu Rwanda akaba yahakoreye indirimbo zitarinkeya kuko yahavuye agendera Studio KINA MUSIC niho guca ahakorera indirimbo yiwe nshasha yambere kuko ntiyayikoranye wenyene ahubwo yashimye kuyifadikanye n’umunyarwandakazi w’umuhanzikazi adasanzwe mu gukora umuziki nyarwanda bemera cane amaze kubaka izina ryiwe muri East Africa aricishije mundirimbo za Audio na Video.
Nkuko yampa akorana ama collabo n’abaririmvyi bakomakomeye bo muri Africa azwi kw’izina rya KNOWLESS niho guca batangura kwinjiza amajwi nkuko amakuru tubandanya turonka abivuga n’uko umuririmvyi VICHOU LOVE agiye kuzobaryohera cane gose abanywanyi b’umuziki w’uburundi hamwe n’aba fans biwe bose bazoyakira neza kubera izobashimisha aho yayiririmvye ashizemwo ubuhinga bukomeye bwo kuryohera umuntu wese azoyitega amatwi.
 
Kuko iyo ndirimbo yiwe nshasha yakoranye n’umunyarwandakazi KNOWLESS izoba iryoshe cane gose kuko ni indirimbo bitondeye gukora arizera ko izogira ico ifashije abarundi  n’abanyarwanda benshi bazoyumviriza kandi izobarwa neza cane gose k’umutima bamaze kuyumva ikindi twobamenyesha n’uko igiye kuzosohoka vuba mu kuyishira k’umugaragaro tubibutse ko bayikoreye mugihugu c’urwanda muri Studio Kina Music.

 

KNOWLESS

Posted in ENTERTAINMENTTagged KNOWLESS, VICHOU LOVE

Post navigation

FULL MOVIE BURUNDI | KURUBONE part 5
Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA

Related Post

  • AKES DON na CHRIS & JUNIOR bakoranye indirimbo yambere ya Gospel
  • Abafana biwe SAT-B bamuhamagara umubeshi aguma abafata nka marofa
  • Kubwa BIG FIZZO ubu azokorana n’abastar bo muri East Africa bakomeye
  • Umva LOLILO yavuze ko afise bifu n’inzara nayo BIG FIZZO ntibayifitaniye
  • UMURIRIMVYI JEAN MARIE MUCO ASABABARUNDI BAMUSHIGIKIRE
  • Film KURUBONE niyambare iramamaye mu Burundi bwose n’ibulaya hose
  • Vuba LOLILO azanye video nshasha izobatangaza y’indirimbo KAMOJA
  • Ati biteye isoni AKES DON yakoze COPY y’indirimbo ya BEBE COOL
  • SAT-B yakoze indirimbo nshasha menya izina ryumutanzania bayikoranye

Leave a Reply Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

FOLLOW UMUDUNDOWACU.COM

VIDEO PREMIERE

CLICK IMAGE TO WATCH NEW VIDEO | Tungi By T-max Ft Nay Wa Mitego

VIDEO OF THE WEEK

Copyright © 2018 UMUDUNDO WACU | Designed By FRANCK PRO Live